Episodes
#Dj_Jackson mu kiyago yagiranye na King Yann Cool yamenyesheje ko abarundi bishobora kubagora gukoresha Spotify, kuko Ari nka hamwe itoba yabiyumviriyeko bihagije, ngo nciyaho ashobora kutaronka uburyo bwo kuriha kuri urwo rubuga.
Published 03/10/21
#Dj_pro ati abaririmvyi twababwiye kuva kera ngo bashire Indirimbo zabo ku mbuga zigurisha umuziki. umuzo wa #Spotify nawo uzotuma turonka abadukurikirana benshi Bari muri Africa y'ubuseruko kuko tuhafise abakunzi benshi, tubone kwongereza ayo twaronka kuko ayo twahakura yari intica ntinkize.
Published 03/10/21
Muri ino Episode tugaruka ku Kibazo kigize imisi kiriko gica ku mbuga ngurukamabumenyi Aho abenshi bagiriza Monna Walda kutubaha R Flow mu kutamwishura message yari yamwandikiye kuri Instagram amusaba ko yoba umu queen Video muri imwe mu ndirimbo ziwe.
R flow ivyo yari yabishikirije mu Kiganiro yagiranye na Hosy Irakoze kuri Siren Vibe.
Kanzie rero akaba aheruka gushikiriza ko atari queen Video Kandi ko kuba yaragiye muri Videonkwa B Face vyavuye mu biyago bikomeye bagiranye. Tukaba...
Published 02/11/21
Mu kiganiro na Michou Miracle, twagarutse kumvo zamutumye asubira muri Siren Vibe, akabirya asubiranyeyo n'ico anegura aho yigeze guca hose. Twanashatse kumenya uko bihagaze ku bijanye n'ibikoresho, muri rusangi muma webtv i Burundi. Vyose yabitwishuye, umviriza nawe ikiganiro. Ufise ico umbaza ushobora kutwandikira kuri whatsapp https://wa.me/250780713977
Published 10/19/20