Victoria: Abanduye barenga 300, reta ikuyeho guma mu rugo mu gihe hongerejwe inyamiramabi
Listen now
Description
Ubuzima busa n'ubwasubiranye inyuma yo gukuraho guma mu rugo hagati mu ntara ya Victoria. Ivyo bimeze gutyo mu gihe abanduye barenga 300, hongerezwa n'igitigiri c'inyamiramabi.    
More Episodes
Patrick Rufangura ariko ararangiza ivyirwa vyiwe vya PhD kuri kaminuza imwe muri Sydney, yakoze ubushakashatsi bushobora guhindura amateka y'isi mw'isuzumwa ry'indwara harinze gufatwa amaraso. Ng'uku uko yabisiguye.
Published 11/28/21